Home » News & Politics » Kurikirana ibikurubikuru vyaranze urugendo rw'umukuru w'igihugu c'Uburundi i Bruxelles muri Belgique

Kurikirana ibikurubikuru vyaranze urugendo rw'umukuru w'igihugu c'Uburundi i Bruxelles muri Belgique

Written By Mashariki TV on Wednesday, Mar 02, 2022 | 10:15 AM

 
Kurikirana ibikuru bikuru vyaranze urugendo rw'umukuru w'igihugu c'u Burundi i Bruxelles muri Belgique aho yari yitavye ibikorwa vy'inama igira 6 ihuza abakuru b'ibihugu vy'Umuryango w'Ubumwe bwa Afrika n'ab'ibihugu vy'Umuryango w'Ubumwe bwa Buraya. Uburundi bwahungukiye iki ?