Home » Entertainment » Mb data: Tumuguyeko mw'ibarabara ari muri wa muduga wiwe uzimvye/yadusiguriye Aho akura titre ziwe

Mb data: Tumuguyeko mw'ibarabara ari muri wa muduga wiwe uzimvye/yadusiguriye Aho akura titre ziwe

Written By PLANET NEWS TV on Thursday, Jul 09, 2020 | 03:05 PM

 
#Amipro_show257 #Industry257 Mb data: Tumuguyeko mw'ibarabara ari muri wa muduga wiwe uzimvye, yadusiguriye Aho akura ama titres y' indirimbo ziwe n'ibindi vyinshi...etc Ufise ico ushikiriza canke ico ubaza twandikire kuri gmail yanje ariyo [email protected], Gira subcribe kugira wame uba uwa mbere kwibonera ibiganiro bica kuri chaine yanje ariyo yanyu mukunda cane Amipro Show257 canke uze aho dukorera muri Rehoboth Trust Bdi iri ku nyubakwa irabana na Havana Club kuri Boulevard de l'Uprona numero 13 mu rupango aho Pharmacie Salama ikorera. Murakoze🙏 Amiproshow257@copyright Best presenter in Industry257